caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anfaal, Verse 61

Medina · revelation order 88 · 8:61

وَإِن جَنَحُوا۟ لِلسَّلْمِ فَٱجْنَحْ لَهَا وَتَوَكَّلْ عَلَى ٱللَّهِ إِنَّهُۥ هُوَ ٱلسَّمِيعُ ٱلْعَلِيمُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Nibaramuka baretse kubarwanya bagafata inzira y’amahoro, uraheza ufate iyo nzira y’amahoro nyene, kandi wishimikize Imana Allah unayizere. Mu vy’ukuri, Imana Allah ni Yo Nyenukwumva, Irumva ivyo bavuga; Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ivyo bazirikana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70