كُلُّ نَفْسٍۭ بِمَا كَسَبَتْ رَهِينَةٌ Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmuntu wese rero azogirwa ingwati ku vyo yakoze, ntazobohorwa kiretse mu gihe yoba yakoze ibitunganye canke ahanwe;