ذَرْنِى وَمَنْ خَلَقْتُ وَحِيدًا Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ndekera Jewe Allah, uwo Naremye mu nda ya nyina ari wenyene, ata matungo ata n’abana yavukanye;