أَوْ زِدْ عَلَيْهِ وَرَتِّلِ ٱلْقُرْءَانَ تَرْتِيلًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiCanke wongereko gato gushika ku vya gatatu bibiri, hanyuma usome neza Qor’ani ntagatifu mu bwitonzi, wubahirije amategeko y’ukuntu isomwa.
أَوْ زِدْ عَلَيْهِ وَرَتِّلِ ٱلْقُرْءَانَ تَرْتِيلًا