caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 48

Mecca · revelation order 39 · 7:48

وَنَادَىٰٓ أَصْحَٰبُ ٱلْأَعْرَافِ رِجَالًا يَعْرِفُونَهُم بِسِيمَىٰهُمْ قَالُوا۟ مَآ أَغْنَىٰ عَنكُمْ جَمْعُكُمْ وَمَا كُنتُمْ تَسْتَكْبِرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbazitiriwe hagati y’Ubwami bw’ijuru n’umuriro, bazoheza bahamagare indongozi z’abagarariji mu muriro, bazozimenyera ku bimenyetso biziranga, bati: “Amatungo mwegeranije, abantu bari babakikije kw’isi, eka n’amanyama yatumye muhonyanga amabwirizwa y’Imana Allah, ivyo vyose nta na kimwe vyabamariye!;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70