caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 20

Mecca · revelation order 39 · 7:20

فَوَسْوَسَ لَهُمَا ٱلشَّيْطَٰنُ لِيُبْدِىَ لَهُمَا مَا وُۥرِىَ عَنْهُمَا مِن سَوْءَٰتِهِمَا وَقَالَ مَا نَهَىٰكُمَا رَبُّكُمَا عَنْ هَٰذِهِ ٱلشَّجَرَةِ إِلَّآ أَن تَكُونَا مَلَكَيْنِ أَوْ تَكُونَا مِنَ ٱلْخَٰلِدِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero shetani yabosha kurenga kw’ibwirizwa ryo kudafungura icamwa ca nya giti, kugira bahanirwe ico gicumuro mu kwambikwa ubusa ubwambure bwabo, butari bwigere bugaragara. Yaboheje avuga ati: “Burya rero Imana yanyu Rurema Allah ntiyababujije gufungura icamwa c’iki giti, atari uko mwohava muba abamalayika, canke mukaba mu bantu bazobaho ibihe bidahera mu Bwami bw’ijuru”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70