caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 151

Mecca · revelation order 39 · 7:151

قَالَ رَبِّ ٱغْفِرْ لِى وَلِأَخِى وَأَدْخِلْنَا فِى رَحْمَتِكَ وَأَنتَ أَرْحَمُ ٱلرَّٰحِمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa amaze gutahura uko vyagenze, yavuze ati: “Mana yanje Rurema Allah! Mbabarira itwarwa ryanje n’agashavu, Wongere Ubabarire murumunanje ivyamushikiye, Unadushire twempi mu mpuhwe zawe. Burya Wewe ni We Urangwa n’impuhwe kurusha abagirampuhwe bose”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70