قُل لَّوْ أَنَّ عِندِى مَا تَسْتَعْجِلُونَ بِهِۦ لَقُضِىَ ٱلْأَمْرُ بَيْنِى وَبَيْنَكُمْ وَٱللَّهُ أَعْلَمُ بِٱلظَّٰلِمِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga uti: “Iyo nza kuba mfise ubushobozi bwo kwihutisha ibihano musaba, nobahanye, maze rugacibwa hagati yanje na mwe. Burya Imana Allah Irazi cane abirenganya mu kurenga ku mabwirizwa yayo bakayibangikanya”.