caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 162

Mecca · revelation order 55 · 6:162

قُلْ إِنَّ صَلَاتِى وَنُسُكِى وَمَحْيَاىَ وَمَمَاتِى لِلَّهِ رَبِّ ٱلْعَٰلَمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Babwire kandi uti: “Mu vy’ukuri, isengesho ryanje, ikerera ryanje ry’ibitungwa[34], ubuzima bwanje no gupfa kwanje, vyose biba ku bw’Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70