caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Hashr, Verse 21

Medina · revelation order 101 · 59:21

لَوْ أَنزَلْنَا هَٰذَا ٱلْقُرْءَانَ عَلَىٰ جَبَلٍ لَّرَأَيْتَهُۥ خَٰشِعًا مُّتَصَدِّعًا مِّنْ خَشْيَةِ ٱللَّهِ وَتِلْكَ ٱلْأَمْثَٰلُ نَضْرِبُهَا لِلنَّاسِ لَعَلَّهُمْ يَتَفَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo Twebwe Allah, Tuza kumanurira iyi Qor’ani hejuru y’umusozi, ugaheza ugatahura amabwirizwa arimwo, wari kubona nya musozi uca bugufi uyoka ku gutinya Imana Allah. Ubwo burorero Twebwe Allah Dutanga muri Qor’ani, Tubuha abantu, kugira ngo biyumvire baheze batahure icubahiro n’ubushobozi vy’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70