أَلَكُمُ ٱلذَّكَرُ وَلَهُ ٱلْأُنثَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBishoboka gute ko mwigenera umwana w’umuhungu ku rukundo mufitiye abahungu, mukubahuka kwomekera umwana w’umukobwa ku Mana Allah, mu vyo mwibwira ku rwanko gusa mufitiye abakobwa!