caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Adh-Dhaariyat, Verse 23

Mecca · revelation order 67 · 51:23

فَوَرَبِّ ٱلسَّمَآءِ وَٱلْأَرْضِ إِنَّهُۥ لَحَقٌّ مِّثْلَ مَآ أَنَّكُمْ تَنطِقُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKu kubera ivyo vyose rero, Ndarahiye Jewe Allah ku kuba ari Jewe Rurema Yaremye ijuru n’isi, ko ivyo Nabasezeraniye vyose, ari ukuri mudakwiye kugirako amakenga; nka kurya mutagira amakenga ko muvuga mugatomora.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70