وَفِىٓ أَنفُسِكُمْ أَفَلَا تُبْصِرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! No mw’iremwa ryanyu nyene, harimwo ivyemezo vyerekana ko Imana Allah ari Yo Yonyene Yabaremye, gutyo Ikaba ari Yo Ibwirijwe gusengwa ari Imana Imwe Rudende Itabangikanywa. Mbega none ntimubona ngo mutegere ukuri!