قَالَ قَرِينُهُۥ رَبَّنَا مَآ أَطْغَيْتُهُۥ وَلَٰكِن كَانَ فِى ضَلَٰلٍۭ بَعِيدٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiShetani yamwama hafi mu kumwosha nabi, izomwihakana maze ivuge iti: “Mana yacu Rurema Allah! Sinigeze ndamuhubisha, ariko yari asanzwe ari mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri”.