caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Qaaf, Verse 11

Mecca · revelation order 34 · 50:11

رِّزْقًا لِّلْعِبَادِ وَأَحْيَيْنَا بِهِۦ بَلْدَةً مَّيْتًا كَذَٰلِكَ ٱلْخُرُوجُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyo vyose rero, Tukaba Twabimeresheje kugira bibesheho ibiremwa, kimwe cose ku co gikeneye. Twaranatotahaje isi hakoreshejwe nya mazi nyene, isi yari yagadutse igacika ubukumbagare, isubira kunagisha ibiterwa n’ivyimeza bitandukanye. Ni nk’ukwo nyene rero na mwe Tuzobasubiza kandi ubuzima mukazuka ku musi w’izuka.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70