caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 100

Medina · revelation order 112 · 5:100

قُل لَّا يَسْتَوِى ٱلْخَبِيثُ وَٱلطَّيِّبُ وَلَوْ أَعْجَبَكَ كَثْرَةُ ٱلْخَبِيثِ فَٱتَّقُوا۟ ٱللَّهَ يَٰٓأُو۟لِى ٱلْأَلْبَٰبِ لَعَلَّكُمْ تُفْلِحُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga uti: “Muntu! Ikibi ntikingana n’iciza mu ndishi[34], n’aho wotangazwa n’ubwinshi bw’ibibi n’ababikora.” Emwe banyabwenge! Nimutinye rero Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo kugira muronke intsinzi ihambaye y’Ubwami bw’ijuru!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70