caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Fath, Verse 28

Medina · revelation order 111 · 48:28

هُوَ ٱلَّذِىٓ أَرْسَلَ رَسُولَهُۥ بِٱلْهُدَىٰ وَدِينِ ٱلْحَقِّ لِيُظْهِرَهُۥ عَلَى ٱلدِّينِ كُلِّهِۦ وَكَفَىٰ بِٱللَّهِ شَهِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah, ni Yo Yarungitse Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yibangikanije uburongozi n’idini ry’ukuri ry’ubwislamu, kugira riganze hejuru y’amadini yose, kandi Imana Allah Irakwiye kuba Icabona ko Izoguha intsinzi, maze idini ryawe rikaganza.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70