caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Muhammad, Verse 32

Medina · revelation order 95 · 47:32

إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ وَصَدُّوا۟ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ وَشَآقُّوا۟ ٱلرَّسُولَ مِنۢ بَعْدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمُ ٱلْهُدَىٰ لَن يَضُرُّوا۟ ٱللَّهَ شَيْـًٔا وَسَيُحْبِطُ أَعْمَٰلَهُمْ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri abahakanye ko Allah ari Yo Mana y’ukuri Ikwiye gusengwa Itabangikanywa, bakanaburagiza abantu kwinjira mw’idini ryayo, bagaca kubiri bakanarwanya n’Intumwa yayo, inyuma y’aho bamenyeye Aayah n’ivyemezo vyerekana ko uri Umuvugishwamana vy’ukuri, nta co bazokwicira idini ryayo, kandi Imana Allah Izoreka kwakira ibikorwa vyabo vyiza kuko batabikoze ku bwayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70