caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Muhammad, Verse 12

Medina · revelation order 95 · 47:12

إِنَّ ٱللَّهَ يُدْخِلُ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ جَنَّٰتٍ تَجْرِى مِن تَحْتِهَا ٱلْأَنْهَٰرُ وَٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ يَتَمَتَّعُونَ وَيَأْكُلُونَ كَمَا تَأْكُلُ ٱلْأَنْعَٰمُ وَٱلنَّارُ مَثْوًى لَّهُمْ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri Imana Allah, Izokwinjiza abayemeye bakemera n’Intumwa yayo bagakora n’ivyiza bitegetswe, mu mirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi. Nayo abagararije, ukurya no kuryimara mu kuryoherwa kwabo n’ibihendamaso vy’isi, ni nka kurya kw’ibitungwa ata kindi binezwe kw’isi atari ukurisha gusa, umuriro wa Jahannamu rero, ni ryo cumbi ryabo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70