إِنَّ هَٰٓؤُلَآءِ لَيَقُولُونَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mu vy’ukuri aba babangikanyamana mu bantu warungitsweko, ni ukuri bavuga bahakana izurwa ry’ibiremwa;