وَلَئِن سَأَلْتَهُم مَّنْ خَلَقَهُمْ لَيَقُولُنَّ ٱللَّهُ فَأَنَّىٰ يُؤْفَكُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Niwaramuka ubajije ababangikanyamana uwabaremye uwo ari we, ni ukuri bazokwishura ata guhigimanga ko baremwe n’Imana Allah. None, ni gute bayibangikanya ha kuyisenga ari Imwe Rudende!