caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zukhruf, Verse 85

Mecca · revelation order 63 · 43:85

وَتَبَارَكَ ٱلَّذِى لَهُۥ مُلْكُ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضِ وَمَا بَيْنَهُمَا وَعِندَهُۥ عِلْمُ ٱلسَّاعَةِ وَإِلَيْهِ تُرْجَعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHarakubahwa Nyenimigisha-ntangere ku biremwa, Nyenubwami Agaba Akaganza amajuru indwi n’isi indwi hamwe n’ibiri hagati yavyo vyose, ni Yo Izi isango nyezina ry’igihe umuhero w’isi uzoshikirako, ni no kuri Yo rero muzosubizwa mumaze gupfa, kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70