caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zukhruf, Verse 80

Mecca · revelation order 63 · 43:80

أَمْ يَحْسَبُونَ أَنَّا لَا نَسْمَعُ سِرَّهُمْ وَنَجْوَىٰهُم بَلَىٰ وَرُسُلُنَا لَدَيْهِمْ يَكْتُبُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiCanke ababangikanyamana boba bibaza ko Twebwe Allah Tutazi ivyo bahisha mu mushaha, Tutumva n’ivyo bavuga mu bwongoshwe! Ego cane Turabizi kandi Turavyumva, kandi n’intumwa zacu z’abamalayika zirandika zitihenda ivyo bakora.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70