caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Az-Zukhruf, Verse 48

Mecca · revelation order 63 · 43:48

وَمَا نُرِيهِم مِّنْ ءَايَةٍ إِلَّا هِىَ أَكْبَرُ مِنْ أُخْتِهَا وَأَخَذْنَٰهُم بِٱلْعَذَابِ لَعَلَّهُمْ يَرْجِعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNta cemezo rero Twereka Firawuni n’abunganizi biwe, kiretse ko caba gihambaye kandi kigaragaza ukuri kuruta ico beretswe imbere yaco. Twaranabahaye ibihano bitandukanye, kugira bavavanure n’ubugarariji, baheze bagaruke ku Mana Allah, maze bayisenge ari Imwe Rudende.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70