حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءَنَا قَالَ يَٰلَيْتَ بَيْنِى وَبَيْنَكَ بُعْدَ ٱلْمَشْرِقَيْنِ فَبِئْسَ ٱلْقَرِينُ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiGushika n’aho, umwe mu birengagiza Qor’ani, atwitabiye agapfa, maze akabwira wa mugenziwe bamana hafi amwiyama ati: “Ese iyo tutigera duhura tukamenyana, tukaba kure na kure nk’ubuseruko n’uburengero. Nta mugenzi mubi rero angana wewe!”.