لَّا يَسْـَٔمُ ٱلْإِنسَٰنُ مِن دُعَآءِ ٱلْخَيْرِ وَإِن مَّسَّهُ ٱلشَّرُّ فَيَـُٔوسٌ قَنُوطٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBurya, umuntu ntiyigera arambirwa no gusaba Imana Allah ivyiza vyo kw’isi[6]; iyo akozweko n’ikiza c’ubukene canke indwara n'ibindi, aca yihebura akiyumvira nabi Imana Allah;