caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ghaafir, Verse 6

Mecca · revelation order 60 · 40:6

وَكَذَٰلِكَ حَقَّتْ كَلِمَتُ رَبِّكَ عَلَى ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓا۟ أَنَّهُمْ أَصْحَٰبُ ٱلنَّارِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi nk’uko nyene rero - Twahanye imigwi y’abagararije Intumwa aho hambere - ijambo ry’Imana yawe Rurema Allah ryo guhana abagararije, rija mu ngiro mu kuba ari abantu bo mu muriro.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70