caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ghaafir, Verse 16

Mecca · revelation order 60 · 40:16

يَوْمَ هُم بَٰرِزُونَ لَا يَخْفَىٰ عَلَى ٱللَّهِ مِنْهُمْ شَىْءٌ لِّمَنِ ٱلْمُلْكُ ٱلْيَوْمَ لِلَّهِ ٱلْوَٰحِدِ ٱلْقَهَّارِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKu musi w’izuka, aho ibiremwa vyose bizoseruka imbere y’Imana Allah. Kuri uwo musi, nta na kimwe kizoba kinyegejwe kuri Yo mu vyerekeye ibiremwa, Imana Allah Izoheza Ivuge Iti: “Ubwami nya bwami kuri uno musi, ni ubwa nde!”. Izokwiyishura Iti: “Ni ubw’Imana Allah Nyarudende, Nyeninkomezi-ntangere;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70