وَٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ بِٱللَّهِ وَرُسُلِهِۦ وَلَمْ يُفَرِّقُوا۟ بَيْنَ أَحَدٍ مِّنْهُمْ أُو۟لَٰٓئِكَ سَوْفَ يُؤْتِيهِمْ أُجُورَهُمْ وَكَانَ ٱللَّهُ غَفُورًا رَّحِيمًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNayo abemeye Imana Allah n’Intumwa zayo zose, batigeze banavangura n’imwe muri zo, abo ni bo rero Imana Allah Izohembera ukwemera kwabo. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya mu baja bayo, Nyenimbabazi ku batoni bayo.