caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 139

Medina · revelation order 92 · 4:139

ٱلَّذِينَ يَتَّخِذُونَ ٱلْكَٰفِرِينَ أَوْلِيَآءَ مِن دُونِ ٱلْمُؤْمِنِينَ أَيَبْتَغُونَ عِندَهُمُ ٱلْعِزَّةَ فَإِنَّ ٱلْعِزَّةَ لِلَّهِ جَمِيعًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIndyarya, ni barya bagira mu bagarariji abagenzi somambike bacuditse babahagarariye bakirengagiza abemeramana. Mbega none ivyo babigira babaronderako icubahiro no gukingirwa! Ico bakwiye kumenya ni uko mu vy’ukuri icubahiro no gukingirwa vyose biva ku Mana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70