caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 124

Medina · revelation order 92 · 4:124

وَمَن يَعْمَلْ مِنَ ٱلصَّٰلِحَٰتِ مِن ذَكَرٍ أَوْ أُنثَىٰ وَهُوَ مُؤْمِنٌ فَأُو۟لَٰٓئِكَ يَدْخُلُونَ ٱلْجَنَّةَ وَلَا يُظْلَمُونَ نَقِيرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiN’uwo wese nyene azokora ivyiza bitegetswe, yaba umuhungu canke umukobwa, akaba yemera Imana Allah n’Intumwa yayo, uyo rero ni we azoba ari mu bazokwinjira mu Bwami bw’ijuru, ntibazonarenganywa na gato ku ndishi y’ivyo bakoze, n’aho koba akantu kanzunya, kangana n’agahere kari ku mugongo w’urutete rw’itende.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70