وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ هَلْ نَدُلُّكُمْ عَلَىٰ رَجُلٍ يُنَبِّئُكُمْ إِذَا مُزِّقْتُمْ كُلَّ مُمَزَّقٍ إِنَّكُمْ لَفِى خَلْقٍ جَدِيدٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbagararije babwiranye hagati yabo n’itebura n’akantu bati: “Mbega mwodukundira tukabarangira umuntu ababwira ko nimwamara gupfa mugacika ubunywenywe, muzoheza mukaremwa bushasha maze mukazuka!