caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 37

Mecca · revelation order 58 · 34:37

وَمَآ أَمْوَٰلُكُمْ وَلَآ أَوْلَٰدُكُم بِٱلَّتِى تُقَرِّبُكُمْ عِندَنَا زُلْفَىٰٓ إِلَّا مَنْ ءَامَنَ وَعَمِلَ صَٰلِحًا فَأُو۟لَٰٓئِكَ لَهُمْ جَزَآءُ ٱلضِّعْفِ بِمَا عَمِلُوا۟ وَهُمْ فِى ٱلْغُرُفَٰتِ ءَامِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAmatungo hamwe n’abana vyanyu, si vyo bibahesha icubahiro bikanabegereza kuri Twebwe Allah; ariko abemeye Imana Allah bakanakora n’ivyiza bitegetswe, abo ni bo bagenewe impembo y’ivyo bakoze igwijwe incuro nyinshi, ni na bo rero bazoba bari mu Bwami bw’ijuru bwisununuye, batekaniwe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70