وَيَقُولُونَ مَتَىٰ هَٰذَا ٱلْوَعْدُ إِن كُنتُمْ صَٰدِقِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbabangikanyamana bavuga batebura bati: “Iryo sango ry’umusi w’izuka n’iyegeranywa ry’ibiremwa, rizoshika ryari ga Muhama? Wewe n’abemeramana muri kumwe, nimwaba muri imvugakuri, nimutubwire isango ry’uyo musi!”.