قُل لَّا تُسْـَٔلُونَ عَمَّآ أَجْرَمْنَا وَلَا نُسْـَٔلُ عَمَّا تَعْمَلُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana rero uti: “Ntimuzobazwa namba ku vyaha vyacu, eka na twe nyene ntituzobazwa ku vyo mwakoze, bitayeko nta n’ico duhuriyeko na mwe”.