caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 21

Mecca · revelation order 58 · 34:21

وَمَا كَانَ لَهُۥ عَلَيْهِم مِّن سُلْطَٰنٍ إِلَّا لِنَعْلَمَ مَن يُؤْمِنُ بِٱلْـَٔاخِرَةِ مِمَّنْ هُوَ مِنْهَا فِى شَكٍّ وَرَبُّكَ عَلَىٰ كُلِّ شَىْءٍ حَفِيظٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHamwe n’ivyo rero, Ibilisi nta bubasha afise bwo guhatira abagararije ku bugarariji, ariko mu vyagezwe, aratera inyoshambi Bene Adamu, kugira Twebwe Allah Tugaragaze mu vyo Dusanzwe Tuzi, uwemera n’uwutemera afise amakenga kw’ihembwa ry’ibiremwa n’izurwa ryavyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya Imana yawe Rurema Allah, ni Umubungabunzi w’ikintu cose mu bikorwa vy’ibiremwa, kandi Izokibihembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70