caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahzaab, Verse 10

Medina · revelation order 90 · 33:10

إِذْ جَآءُوكُم مِّن فَوْقِكُمْ وَمِنْ أَسْفَلَ مِنكُمْ وَإِذْ زَاغَتِ ٱلْأَبْصَٰرُ وَبَلَغَتِ ٱلْقُلُوبُ ٱلْحَنَاجِرَ وَتَظُنُّونَ بِٱللَّهِ ٱلظُّنُونَا۠

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimwibuke kandi igihe zimwe muri nya ngabo ziyunze zije zizananye amaja haruguru y’akabande mu buseruko, izindi zikazanana amaja epfo ya nya kabande mu burengero, maze amaso arakanuka, imitima yenda kubavamwo kubera ubwoba, mugatangura kwiyumvira nabi Imana Allah ko Idatabara idini ryayo ngo riganze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70