caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Luqman, Verse 28

Mecca · revelation order 57 · 31:28

مَّا خَلْقُكُمْ وَلَا بَعْثُكُمْ إِلَّا كَنَفْسٍ وَٰحِدَةٍ إِنَّ ٱللَّهَ سَمِيعٌۢ بَصِيرٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Iremwa ryanyu, eka n’izurwa ryanyu ku musi w’izuka, bizoba mu kanya isase kandi vyoroshe cane; nk’iremwa ry’umuntu umwe n’izurwa ryiwe. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenukwumva, Irumva ivyo muvuga; Nyenukubona, Irabona neza ivyo mukora, kandi Izobibahembera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70