caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 166

Medina · revelation order 89 · 3:166

وَمَآ أَصَٰبَكُمْ يَوْمَ ٱلْتَقَى ٱلْجَمْعَانِ فَبِإِذْنِ ٱللَّهِ وَلِيَعْلَمَ ٱلْمُؤْمِنِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyabashikiye rero mugakomeretswa canke mukicwa, umusi hahangana umugwi w’abemeramana n’umugwi w’ababangikanyamana ku rugamba rwa Uhudi, aho abemeramana batsinze mu ntango ariko bakaza gutsindwa mu nyuma, ivyo vyose vyari vyaragezwe ku bushobozi bw’Imana Allah, kugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, maze Igaragaze abemeramana vy’ukuri muri mwebwe;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70