بَلْ هُوَ ءَايَٰتٌۢ بَيِّنَٰتٌ فِى صُدُورِ ٱلَّذِينَ أُوتُوا۟ ٱلْعِلْمَ وَمَا يَجْحَدُ بِـَٔايَٰتِنَآ إِلَّا ٱلظَّٰلِمُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero Qor’ani, ni Aayah zitomoye zigaragaza ukuri, ziri mu mishaha y’abahawe ubumenyi, nta n’uwuhakana Qor’ani canke ngo agire amakenga mu vyemezo vyayo, kiretse abirenganije mu guhonyanga ukuri kandi bakuzi.