فَكَذَّبُوهُ فَأَخَذَتْهُمُ ٱلرَّجْفَةُ فَأَصْبَحُوا۟ فِى دَارِهِمْ جَٰثِمِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMaze abantu bo muri Madiyana barahakana bivuye inyuma Intumwa Shu’ayibu, nyamugigima y’akataraboneka ica irabajegeza, maze buca mu mihana yabo ari ibiziga vyibereye aho.