وَمَآ أَنتُم بِمُعْجِزِينَ فِى ٱلْأَرْضِ وَلَا فِى ٱلسَّمَآءِ وَمَا لَكُم مِّن دُونِ ٱللَّهِ مِن وَلِىٍّ وَلَا نَصِيرٍ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiKandi nimutumvira Imana Allah, ntimuzoyinanira haba kw’isi canke mw’ijuru; nta n’umwe rero mworonka atari Imana Allah, yobahagarikira akabatunganiriza ivyanyu, eka nta n’uwobatabara akabakingira ibihano vyayo;