caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 58

Mecca · revelation order 49 · 28:58

وَكَمْ أَهْلَكْنَا مِن قَرْيَةٍۭ بَطِرَتْ مَعِيشَتَهَا فَتِلْكَ مَسَٰكِنُهُمْ لَمْ تُسْكَن مِّنۢ بَعْدِهِمْ إِلَّا قَلِيلًا وَكُنَّا نَحْنُ ٱلْوَٰرِثِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHari n’abantu benshi Twahoneje mu ducimbiri, igihe bahendwa no kuroranirwa mu buzima bwabo, bituma bagira amanyama mu kugarariza Intumwa; ng’iyo n’imihana yabo, nta n’umwe yashoboye kuyibamwo inyuma y’ihonywa ryabo, ku kubera ububi bw’ivyaha bahakoreye, kiretse akanya gato uwurengana ahamara, ni na Twebwe Allah rero Twatoranye nya mihana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70