caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 5

Mecca · revelation order 49 · 28:5

وَنُرِيدُ أَن نَّمُنَّ عَلَى ٱلَّذِينَ ٱسْتُضْعِفُوا۟ فِى ٱلْأَرْضِ وَنَجْعَلَهُمْ أَئِمَّةً وَنَجْعَلَهُمُ ٱلْوَٰرِثِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwebwe Allah, Dushaka rero gutera iteka abacinyijwe bagacurwa bufuni na buhoro kw’isi, maze Tubagire indongozi zirarikira abandi ugukora ivyiza, Tunabahe gutorana isi mu nyuma y’ihonywa rya Firawuni n’abantu biwe;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70