caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 33

Mecca · revelation order 48 · 27:33

قَالُوا۟ نَحْنُ أُو۟لُوا۟ قُوَّةٍ وَأُو۟لُوا۟ بَأْسٍ شَدِيدٍ وَٱلْأَمْرُ إِلَيْكِ فَٱنظُرِى مَاذَا تَأْمُرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBa bunganizi bishuye umwamikazi bati: “Twebwe turafise ingabo zikwiye n’ibirwanisho bikwiye; kandi turi inshirwarimenetse ku rugamba, ingingo ya nyuma rero ikwiye gufatwa na we, raba ico wodutegeka gukora, duheze twubahirize itegeko ryawe”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70