وَلَوْلَا فَضْلُ ٱللَّهِ عَلَيْكُمْ وَرَحْمَتُهُۥ فِى ٱلدُّنْيَا وَٱلْـَٔاخِرَةِ لَمَسَّكُمْ فِى مَآ أَفَضْتُمْ فِيهِ عَذَابٌ عَظِيمٌ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo hataba impano z’Imana Allah kuri mwebwe abemeramana mu kutihutira kubahana kw’isi, hamwe n’impuhwe zayo mu kwumvira abigaya muri mwebwe, mwari gukorwako n’ibihano rutura bitewe n’ikwiragizwa ry’iryo rementanya.