caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 78

Mecca · revelation order 74 · 23:78

وَهُوَ ٱلَّذِىٓ أَنشَأَ لَكُمُ ٱلسَّمْعَ وَٱلْأَبْصَٰرَ وَٱلْأَفْـِٔدَةَ قَلِيلًا مَّا تَشْكُرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Imana Allah, ni Yo Yabagiriye amatwi kugira mushobore kwumva, Ibagirira n’amaso kugira mushobore kubona, Ibagirira n’imishaha kugira mushobore gutegera muheze mwikebuke. Hamwe n’ivyo vyose rero, mushima gake.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70