caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 44

Mecca · revelation order 74 · 23:44

ثُمَّ أَرْسَلْنَا رُسُلَنَا تَتْرَا كُلَّ مَا جَآءَ أُمَّةً رَّسُولُهَا كَذَّبُوهُ فَأَتْبَعْنَا بَعْضَهُم بَعْضًا وَجَعَلْنَٰهُمْ أَحَادِيثَ فَبُعْدًا لِّقَوْمٍ لَّا يُؤْمِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHanyuma ni ho rero, Twarungikira nya migwi Intumwa zacu zikurakuranwa; igihe cose Intumwa yararikira abo yarungitsweko kwemera Imana Imwe Rudende Allah, barayihakana bivuye inyuma, Tugaca Tubakurikiranya mu kubahonya bagasigara ari akayazwe, Tugaheza Tukabagira iciro ry’umugani ku bakurikiye kugira bikebuke. Haragahona rero abantu batemera Intumwa ngo bazumvire.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70