caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 16

Mecca · revelation order 74 · 23:16

ثُمَّ إِنَّكُمْ يَوْمَ ٱلْقِيَٰمَةِ تُبْعَثُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHanyuma mu vy’ukuri ga bantu! Umuhero w’isi niwagera mugahona, ku musi w’izuka muzosubizwa ubuzima kandi muzuke, kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70