بَلْ تَأْتِيهِم بَغْتَةً فَتَبْهَتُهُمْ فَلَا يَسْتَطِيعُونَ رَدَّهَا وَلَا هُمْ يُنظَرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo rero, umuhero w’isi uzoshikira abagarariji giturumbuka batawiteguriye, maze bajumararirwe, batekerwe n’ubwoba badashoboye no guhagarika nya bihano; eka ntibazohabwa n’agahengwe ko gutenyenya ngo bigaye canke ngo biregure.